Arakaza Mac Arthur yotowe nk’umukinyi yigenjeje neza muri uku kwezi kwa mbere

0

Umunyegori w’umugwi wa vitalo ariwe Arakaza Mac Arthur yatowe nk’umukinyi yingenjeje neza muri uku kwezi kwa mbere n’abakunzi b’umugwi wa vitalo’o fc
Mac arthur
Arakaza Mac Arthur akaba yarushije bangezi be basanzwe bakinana muri uyo mugwi wa vitalo’o fc
Kwabakunzi ba vitalo fc bakaba batoye Mac arthur mu kibanza ca mbere aho amatora yagenze uku gukurikira:
1. Arakaza Mc Arthur n’amajwi 47
2. Mavugo Laudit n’amajwi 29
3. Nahimana Shasiri n’amajwi 25
4. Akimana Trésor n’amajwi 3
5. Hussein Shabani Chabalala n’majwi 3
Tworangiza tubamenyesha ko nyuma yo gutorwa,Mac Arthur yashimiye abakunzi bose b’umugwi wa vitalo’o fc