Monday, September 26, 2022
HomeNewsTanzania: Abantu barenga 200 boba bapfuye inyuma y'aho Ubwato buzamye mu Kiyaga...

Tanzania: Abantu barenga 200 boba bapfuye inyuma y’aho Ubwato buzamye mu Kiyaga Victoria.

Leta ya Tanzania ifise ubwoba ko abantu bashika 200 boba basomye nturi bagapfa inyuma
y’aho ubwato butwara abantu busomye nturi mu Kiyaga Victoria.

Inyuma y’aho ubwo bwato busoeye nturi, ibinyamakuru bitari bike hirya no hino kwisi bitangaza ko abantu bashika ku 44 aribo bamaze kumenyekana ko bahitanywe niyo sanganaya yo kubomoka kw’ico koraro.

Ivyo vyama vyama vyashitse aho ubwato busoma nturi mu Kiyagakubera usanga butwaye abantu benshi canke ibintu vyinshi birenze ivyo ubwato bwabwirizwa gutwara.

BBC yatangaje ko ubwo bwato bwasomye nturi kubera hari hapakiwe abantu bashika 400. Abategetsi ba Tanzania bakaba batarashima kugira ivyo bavuga vyinshi kuri iyo sanganya, ahubwo ko bariko bitunira ku kurokora aboba bagihema bataricwa n’amazi y’ikiyaga.

Ubwo bwato bukaba bwasomye nturi mu gace ka Mwanza. Ibikorwa vyo kurokora abagize isanganya bikaba bikibandanya nubu kuri uno musi wa gatanu, kando bigatangazwa ko ibitigiri vy’abapfuye bishobora kwiyongera.

Must Read

Léonce Ngendakumana avuga ko Perezida Ndayishimiye yabeshe muri ONU ko...

0
Ivyo umukuru w'igihugu c'uburundi Varisito Ndayishimiye yashikirije mu nama ya bose ya ONU igira 77 aho yavuga ko agateka ka zina muntu kubahirijwe mu...