Swagg Team bafadikanije na Chapa babazaniye ”Good Time”

0

Umugwi Swagg Tweam +257 ufadikanije n’umuririmvyi azwi kw’izina rya Chapa bagiye gushira ahabona indirimbo yitwa ”Good Time”nkuko babimenyesheje ikinyamakuru cacu ubmnews

Baganira n’ikinyamakuru cacu abahurikiye mu mugwi Swagg Team +257 bakaba batumenyesheje ko iyo ndirimbo ”Good Time” canke umwanya mwiza bayikoranye na mugenzi wabo yitwa Chapa ko bizeye ko ari indirimbo izokundwa cane kandi ko izoshobora gushika kure
swagg team na chapa
Tworangiza tubamenyesha ko Swagg Team +257 ari umugwi wamenyekanye kubera indirimbo yitwa ”Imvura yibi baby” bakoranye n’umuririmvyi sat-b
yirabe hano: