Stikk:Naho mvuye muri Over Do Team umuziki nzowubandanya ariko ntari mu mugwi

0

Hari ku mugoroba wo kuruyu wa mbere aho umuririmvyi yarasanzwe ahurikiye mu mugwi Over Do team ariwe stikk yamenyesha ko avuye muri uo mugwi ariko ko atagiye guhagarika umuziki ahubwo agiye gukora ukwiwe atarikumwe n’umugwi
stikk
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook akaba yanditse aya majambo akurikira,ariko akaba yayanditse mu mururimi rw’igifaransa,Stikk yanditse ati:

Depuis 2011,j’ai bossE pour ma team,j’ai aimE et respectE les membres,car je les traitais vrm kom des freres.Sans trop vous ennuyE avec des mots inutiles,j’aimerai vous tenir o courant que je quitte la team ‪#‎OVERDO‬,pour des raison dont les details ne concernent que la team mais sachez just que ‪#‎snowcay_overdo‬ m’a trahi.Je vais continuer avec ma musique mais hors de la team.Je reste reconnaissan pour tout ce que overdo a fait pour moi,je garde un grand respet pour cette team qui m’a aidE a faire mes premier pas.A NANGA,DRIVER,N.T,”keep up guys,vous etes les meilleurs qu’on l’admette ou pas,vous etes des 1er sans second”.A snowcay,”fai gaffe mec!!”
Mu kirundi yanditse ati:
Kuva muri 2011,nkorera umugwi wanje kandi ndawubaha ,kuko nabafata nkabavukanyi banje.narinze kubabwira amajambo menshi,nashaka ndabamenyeshe ko mvuye mu mugwi over do team kand ntimumbaze igituma ndawuvuyemwo canke vyinshi k’umugwi over do team ariko kimwe gusa mumenye ko Snoww cay yambeshe .nzobandanya umuziki wanje muga ntarikumwe n’umugwi .nguma nshima ivyo Over Do Team yankoreye ,nguma nubaha uyo mugwi waramfashije cane nkigitangura .
Tworangiza tubamenyesha ko Over Do Team yamenyekanye cane ku ndirimbo nyinshi harimwo iyitwa ”Isi ni Rwacu”
yirabe hano: