Snow Cay:Kuva Stikk ava muri Over Do Team ntakizi kwandika igifaransa

0

Ukutumvikana kubandanya kwibonekeza hagati y’abaririmvyi babiri aribo Stikk na Snow Cay
snow cay
Nyuma yaho Stikk yinjiriye mu nzu ihinyanyura indirimbo ya Master Muzik agasohora indirimbo yitwa ”Rusiferi” aho yagereranya umuririmvyi snow cay nka Rusifero,uyo muririmvyi nawe yaraye yanditse kurubuga rwiwe rwa facebook aho yanditse avuga ko kuva stikk aviriye mu mugwi over do team ururimi rw’igifaransa rwoba rwaragabanutse kuri we,ngo ubu ivyo yandika nivyo avuga s’igifaransa ahubwo ntazi ururimi uyo muririmvyi asigaye azi kuvuga,

Snow Cay akaba yanditse avuga ati:Stikk Overdo birambabaje kubona utazi kwandika french kandi wahora wemegwa na Country yose.
Depuis k t es plus parmi nous, votre franCais a baissE.lol Bref,Comme j’ai fait ls letr moderns, laisses moi au moins te corriger…
Tt le monde sait que le mot “sale” est un nom femi

Tworangiza tubamenyesha ko Snow Cay na Stikk ubu badacana uwaka