Snow Cay na Kolly the magic boba bapfika iki?

0

Snow Cay yaraye yanditse amajambo akomeye cane,amajambo yavuga abwira umuhinyanyuzi kolly the magic,snow cay akaba yamubwiye amajambo atabereye,amajambo atarakwiriye kumubwirira mu bantu
snow cay na kolly the magic
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook,Snow Cay akaba yanditse ati:
We Yves Kolly ,ndakwubaha kandi ndagukunda.
Muga,niwaguma uko Uri wewe..Ntaco uzovamwo.Uriko urica Career yawe….
Va ibuzimu uje ibuntu..Kuko,Kutuzibira ntibikunda.
Jewe nka Snow Cay,sinzopfa nsubiye gukorana na Kolly.
Kudahana imbwa vyorora imisega nka wewe nyene….
‪#‎GohometosleepNigga‬
Ayo akaba ariyo majambo snow cay yabwiye kolly the magic