Snipers model fashion baje batavyorosha mu mwuga wabo

0

Urwaruka rwo mu burundi rufise ingabirano idasanzwe cane,hari bamwe baba abakinyi b’umupira w’amahuguru,abandi abaririmvyi hari n’abandi batora umwuga wo kwiyereka aribo twita abiyeretsi kandi bakabikora neza bigashimwa nkuko abiyeretsi(Manequin) ba Snipers model babikora
snipers ;odel

Mu kiganiro abo bayiretsi bawurikiye mu mugwi bise Snipers model fashion twarashoboye kubabaza icatumye bashima kuba abiyeretsi,bakaba batwishuye bati iyo Imana iguhaye ingabirano utegerezwa kuyikoresha kugira ngo utere imbere,bivugwa yuko Imana yaduhaye ingabirano yo kwiyereka
model fashion

Tworangiza tubamenyesha ko muri snipers model fashion hahurikiyemwo Chanez wise,Ali Reymond,Bruno bula hamwe na Patrick kemos
Amwe mu mafoto yabo:
1 2 3 4