Kolly yagarutse n’indirimbo nshasha

0

Nyuma y’amezi menshi adasohora indirimbo,umuririmvyi akongera akaba umuhinyanyuzi akunzwe cane hano mu burundi ariwe kolly the magic ubu yaje n’indirimbo nshasha iryoshe cane,indirimbo irimwo amajambo meza y’urukundo,indirimbo yakoranye na N-lee,indirimbo yise Ndagutegereje
kolly nq n
Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews,kolly akaba yamenyesheje ko iyo ndirimbo Ndagutegereje yayikoze ku bwabakunzi biwe kuko ngo bama bamubajije igituma muri ino minsi adasohora indirimbo,ako rero akaba ari agaseke ahaye abakunzi biwe

Tworangiza tubamenyesha ko kolly asanzwe ari n’umuhinyanyuzi w’indirimbo