Shassil Nahimana yaraye agize ubugeni bwagakura

0

Umukinyi wo mu mugwi wa vitalo fc hamwe n’umugwi nserukira gihugu w’uburundi Intamba mu Rugamba ariwe Shassil Nahimana yaraye akoze ubugeni bwagakura kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 19/2/2016
shassil

Abantu atari bake bakaba baritabiriye ubwo bugeni,aho ni nk’abakinyi basanzwe bakinana mu mugwi wa vitalo,abagenzi biwe,incuti,ababanyi n’abandi benshi

Tworangiza tubamenyesha ko shassil Nahimana yarasanzwe abana n’uyo mwigeme bakoze ubugeni