Sat-b yamaze kuronka umwigeme azoja mu masanamu y’indirimbo African Girl

0

umuririmvyi w’umurundi bizimana aboubackar karoum abenshi bazi kw’izina rya sat-b yamaze kuronka umwigeme azomubera queen video u masanamu y’indirimbo African girl
queen video
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook,sat-b akaba yanditse abaza abakunzi b’umuziki w’uburundi amanota bomuha,sat-b akaba yanditse ati:Hello teamsatura africa/europe/amerique, tanga amanota kuri uno mukobwa azoba queen video mu ndirimbo african girl jewe namuhaye
07/10 weho.. ?

Nticeko utagize j aime na partage nimba nawe urindirany igishika ino video
Tworangiza tubamenyesha ko sat-b muri kino gihe abarizwa mu gihugu c’urwanda