Friday, October 7, 2022
HomeNewsMasudi Djuma Commando arashimirwa n'abakunzi ba rayon sport

Masudi Djuma Commando arashimirwa n’abakunzi ba rayon sport

Uwahoze ari umumenyereza w’umugwi wa inter star Masudi Djuma ariwe commando arashimirwa cane na bamwe mu bakunzi b’umugwi wa rayon sport kubona abandanya yifata neza mu kumenyereza vyagateganyo uyo mugwi wa rayon sport
masudi djuma
Umwe mu bakunzi ba rayon sport abicishije ku rubuga rwa facebook rw’abakunzi buyo mugwi akaba yanditse aya majambo akurikira kuri uyo mumenyereza wagateganyo wa rayon sport,yanditse ati:Masudi Djuma (COMMANDO) umutoza wagateganyo wa RAYONSPORT atoje mumanota 9 amaze guhatanira amaze kwegukanamo 7 #ICYIFUZO: ko tuzana abazungu bakatunanira mwaretse ijambo #ibyagateganyo bikava tukamwegurira IKIPE ahubwo tugakoresha ababa bakinnyi badutokoreye bazi ubushobozi bwacu tukabaha IKIPE BAKAYITOZA umukinnyi wundi wu mu legender wacu udafite ikipe akaba yarasoje gukina ni @NDIKUMANA HAMAD KATAUTI komite yamuturebeye akungiriza commando!!! ibaze ubufatanye bwa COMMANDO na NYIRIRUGO mugutoza rayonsport byaba aribirori bidasanzwe aho kuzana abera baza bakamara amezi 2 bagataha ko ABANA BACU badukoreye mwaretse natwe tukabaha icyubahiro nkuko harabubatse amazina mugutoza rayonsport.
Tworangiza tubamenyesha ko Masudi Djuma yigeze gukinira uyo mugwi wa rayon sport wo mu gihugu c’urwanda

Must Read

Cibitoke: Umusirikare umwe yarapfuye mu ntambara zabahuje mu kibira n’umuhari FDLR...

0
Umusirikare umwe niwe yahasize ubuzima uyundi arakomereka mu ntambara zimaze imisi mw'ishamba cimeza rya Kibira zihuza igisirikare c'uburundi hamwe n'umuhari w'abanyarwanda wa FDLR....