UBM News ads

Rwanda-DRC:kuki amakungu adafatira ibihano urwanda?-Felix Tshisekedi

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Mu nama i Munich(Allemagne)Prezida Felix Tshisekedi aratangazwa n’inyifato y’amakungu adafatira ibihano bikomeye urwanda Rwavogereye RDC ku nguvu.

Tshisekedi ati:”Ni gute igihugu kivogerwa,abantu bakicwa amakungu arorera ntafatire ibihano igihugu catuvogereye(Rwanda)?”

Muna nama Y’umutekano ya 61 kubibazo vy’umutzkano,prezida Felix Tshisekedi wa kongo yatanganjwe n’inyifato y’amakungu kubona yirengagiza ibibazo vy’umutekano mubuseruko bwa kongo ntifatire ibihano igihugu c’urwanda cavogereye kongo.

Felix Tshisekedi yagirije kandi prezida Joseph kabila yahoze ayobora kongo kuba ariwe ashigikiye cane cane ihuriro ARC/M23 na Prezida paul kagame.

Gushika ubu Ikibuga c’indege ca Kavumu mbere n’igisagara ca Bukavu biza biri mu minwe y’inyeshamba za m23 mu mirwano yahereye ku musi w’ejo ibije bisubiza inyuma ivyapfundikiwe mu nama ya EAC-SADEC.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments