Raba uko ibirori vyagenze kuri Star hotel muri Buja Multi Event

0

Ku munsi w’Imana igenekerezo rya 14/2 niho kw’isi yose bahimbaza umunsi mukuru w’abakundana,na hano mu Burundi uyo munsi mukuru w’abakundana barawuhimbaje aho hari hateguwe ibrori vyinshi
claudia

Kuri star hotel hari hateguwe ibirori vyari vyateguwe na buja multi event

Raba hano amafoto uko vyari bimeze:
buja multi event kuri star hotel buja muti event michou jade multi event