Raba ngaha Barack Obama atamba umuziki hamwe n’ umurwi Sauti Soul wo muri Kenya. (Video na Photos)

0

Nkuko twabashikirije bimwe mu birori vyaranze urugendo rwa Nyakwubahwa Barack Obama mu gihugu ca Kenya.

Tukongera no kubibutsa ko yateramanye n’ umuryango wiwe wo muri Kenya hamwe n’ umurwi Sauti Soul uzwi cane ku ndirimbo “Sura yako”.

Instagram

Bimwe mu bintu vyaryoheye abari muri ivyo biteramo ni nko kubona Nyakwubahwa Barack Obama atamba umuziki wa Sauti Soul witwa Sura yako” bimwe bidasanzwe nkuko yama abikora mu bindi birori.

RABA NGAHA VIDEO BARACK OBAMA ATAMBA.

[youtube id=”5RiDClb1FK4″ align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]