Lizer Classic ubu yatanguye gukorera muri Studio ya Diamond Platnumz muri Tanzania. Raba ngaha amafoto

0

Umuhinyanyuzi w’ indirimbo adasanzwe yakorera mu gisagara ca Bujumbura aho Bita mu bwiza muri Studio yitwa BUJA RECORDS azwi kw’ Izina rya Lizer Classic ubu yamaze gutangura gukorera muri studio ya kizigenza Diamond Platnumz mu gihugu ca Tanzania.

11787468_729604187166839_1738814913_n

11823704_729604180500173_568145930_n

Ibi bikaba ari bimwe mu bintu vyababaje abaririmvyi hamwe n’ bakunzi b’ umuziki w’ uburundi kuba Lizer Classic atazosubira gukorera mu Burundi. Kubwiwe ngo iri n’ iteka ridasanzwe kuba yateye intambwe ikomeye nk’ iyi ariko ngo namba ntazopfa yibagiye umuziki w’ uburundi kandi azofasha abaririmvyi b’ abarundi mu buryo ashoboye.

11816028_729604190500172_2060026716_n

11823790_729604197166838_1529659844_n