Raba Movie nshasha y’abarundi baba muri Australia ” MAMA MKAIDI New Movie !

0


Movie nshasha y’abarundi baba muri Australia iza yamaze gusohoka, ivyo bikaba vyemezwa numwe mu bakinyi ndetse akaba n’umuhinyanyuzi ( Producer ) wiyo Movie ” Fred Niyo’o ” aho avuga ko ino Movie yuko izoshika hano muri America mu minsi ir’imbere.

Mu kiganiro yakoranye n’ikinyamakuru ca mbere c’abarundi gikunzwe cane hano muri America ” UBM News ” Fred Niyo’o yavuze yuko ino Movie ko iza yamaze gutsindira ubushimwe ( Award ) kandi ubwiwe yagiriyeho amenyesha ukuntu umuntu uwariwe wese akeneye ino Movie muko yoshobora kuyironka .


Fred Niyo’o ” Umukinyi wama Movie aba mu gihugu ca Australia

Fred Niyo yagize ati : Mama Mkaidi award winning of One vision Award of GLM films competition as the best film, is out now on the DVD’ ” ubu yatangiye gusanzara ikaba izoshika Muri USA mu minsi irimbere kandi mukaba muzozironka kubantu batandukanye nka Young PDK, Sam Eto’o, Eric Juma, Jay Dusabe and Josias Siodo ikindi naco murabe hagufi kuko film will be in your city soon, uwoba ashaka kurangura copies…contact Producer Fred Niyo’o From western Australia: Email: frdnndoyhono245@gmail.com or on Facebook : Fred Niyo’o

Iyi ni Trailer yiyo Movie ” Mama Mkaidi ”