Raba hano video nshasha Mt Number One yasohoye ”Chakoroba

0

Umuririmvyi w’umurundi abandanya akora neza cane aba muri Leta zunze ubumwe za America abenshi bazi kw’izina rya ” Mt Number one, yashize ahabona amashusho y’indirimbo yiwe nshasha yahaye izina rya ” Chakoroba ”