Emery Sun agiye gushira ahabona indirimbo nshasha

0

Nivyindavyi Emery abenshi bazi kw’izina rya Emery Sun agiye gushira ahabona indirimbo yiwe nshasha,indirimbo yitwa Niwewe nkuko yashoboye kubidushikiriza

Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews,Emery Sun akaba yamenyesheje ko agiye gushira ahabona indirimbo nshasha,indirimbo y’urukundo,indirimbo izomushikana ku yindi ntambwe,indirimbo yitwa Wewe ni Jewe,
Emery sun rero akavuga ati:abakunzi b’umuziki ndundi bari bamaze iminsi bansaba ko noshira ahabona iyindi ndirimbo nico gituma mpisemwo gushira ahabona indirimbo yitwa Wewe Ni Jewe
emery-sun
Tworangiza tubamenyesha ko Emery sun ari umuririmvyi yamenyekanye ku ndirimbo Ijisho ry’umutima