Raba hano video nshasha idasanzwe y’Umuririmvyikazi ” Iry Tina

0

Umuririmvyikazi akunzwe cane m’Umuziki Ndundi ” Iry Tina, yashize ahabona amashusho mashasha akoze neza cane y’indirimbo yise ” Bad Mind ‘ ushobora kuyaraba hano nimba utarayabona.