Raba hano ingene amatora y’abashingamateka hamwe n’abajenama yagenze uyu musi mu Burundi

0

Uyumusi itariki 29 ruheshi 2015, warumusi w’amatora ya mbere ayo nayo akaba yari amatora yabashingamateka ,ayo matora akaba yabaye atabanyamahanga bayahagarikiye nkuko vyari vyitezwe ,kandi akaba yabaye imigambwe na cane cane iyitavuga rumwe nuwuri kubutegetsi yakinjuye meza,naho vyagenzuko ayo matora yabaye ariko akaba atitabwe nkuko vyahora ,benshi ngo bakaba batinye umutekano muke abandi bahisemwo kubiheba kubera imigambwe yabo atayirimwo.

gihoshaaa

Hari abitivye akamo batewe n’abaserukira amashirahamwe ataho yegamiye mu vya poritike n’imigambwe itavuga rumwe na CNDD FDD ko kuguma muhira ntibitabe amatora, n’abandi bitavye akamo batewe n’umugambwe uri ku butegetsi hamwe n’imigambwe icuditse nawo nka UPRONA yo kwa Concilie Nibigira, FNL yo kwa Yakobo Bigirimana,n’urunani COPA ko kwitaba amatora.

Raba hano amwe mumafoto yaranze amatora yuyu munsi.

ngo-3-66798

ngagara

musagaeefkjk

kmng-02a03

f-4-7f27d

1-77-e39cd