Raba amasanamu y’indirimbo Maisha na Muziki ya Dj Pro

0

Umuririmvyi w’umurundi muri kino gihe abarizwa mu gihugu ca Afrika y’Epfo ariwe Dj Pro yashize hanze amasanamu y’indirimbo Maisha na Muziki
dj pro
Yarabe hano:
https://www.youtube.com/watch?v=k6w_KFNpkN8