Raba amasanamu y’indirimbo Agatege ya Charly na Nina

0

Abigeme babiri bo mu gihugu kibanyi c’urwanda aribo charly na nina bashize hanze amasanamu y’indirimbo Agatege,amasanamu abereye iryisho,amasanamu yo kugwego mpuzamakungu,amasanamu bizeye yuko azokwerekanwa ku mboneshakure mpuzamakungu nkuko umwigeme charly ari muri uyo mugwi yashoboye kubimenyesha ikinyamakuru cacu ubmnews
charly na nina

Yarabe hano ku kinyamakuru cacu:
https://www.youtube.com/watch?v=gOff1acEcNU