Raba amafoto y’ubugeni bwa Shassil Nahimana

0

Nkuko twari twabibashikirije ku kinyamakuru cacu ubmnews nuko kw’igenekerezo rya 19/2/2016 ariho umukinyi asanzwe akinira umugwi wa vitalo fc n’umugwi nserukira gihugu w’uburundi Intamba mu Rugamba ariwe Shassil Nahimana yakora ubugeni bwagakura,ubugeni bwabonetsemwo abakinyi basanzwe bakinana muri uyo mugwi,uwurongoye umugwi wa vitalo hamwe n’abamenyereza bose buyo mugwi
shassil ariko aratwenga n'umugore wiwe

Raba hano amafoto y’ubugeni bwa shassil nahimana:
shassil arikumwe n'abakinyi bakinana muri vitalo shassil ariko aratwenga n'umugore wiwe shassil n'umutambukanyi wiwe uwurongoye umugwi wa vitalo yaravuze ijambo abitavye ubugeni bwa shassil abitabiriye ubwo bugeni