Pop-G aherutse kwugurura Shop

0

Umuririmvyi asanzwe aririmba mu mudiho wa hip hop ariwe Pop-G aherutse kwugurura shop yiwe yo kundandaza impuzu muri zone ya kanyosha
shop ya pop-g
Pop-G akaba yuguruye iyo shop aho benshi bita ku mayira abiri muri zone ya kanyosha
Tworangiza tubamenyesha ko pop-g ari umuririmvyi yamenyekanye cane ari mu mugwi wanavesi kikosi aho yarikume mu mugwi umwe na sat-b