Shigikira abaririmvyi b’abarundi muri Kora Awards

0

Amatora yo gutora abaririmvyi bazotahukana ihiganwa kora music awards arabandanya,hakaba harimwo abaririmvyi b’abarundi bagera kuri 3,abo nabo ni:Kidum,Sat-b hamwe na Eddy Kamoso
satura
Abo Bose uko ari gatatu bakaba bakaba ko abarundi bobashigikira kugira igikombe gitahuke I Burundi. Mu kubatora hakaba harugikwa ijambo mu butumwa bwa Message aho ushiramwo igaharuro cahawe uwo muririmvyi ukarungika kuri +248984000 (90 ukarungika kuri +248984000).
kidum kamoso
Tworangiza tubamenyesha ko ayo ma Numero y’abo baririmvyi baserukiye Uburundi muri iryo higanwa rya kora music awards akaba ari aya akurikira: Sat b ni 13, Kidum ni 86 Eddy Kamoso nawe akaba ari ku numero 90