Pop-G agarutse mu biteramo

0

Nyuma y’igihe kinini ataboneka mu biteramo,umuririmvyi asanzwe aririmba umudiho wa Rap ariwe Pop-G agiye gusubira kuboneka mu biteramo kuva kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 24/7/2016
pop g
Kuri Uyu w’Imana,Pop-G akaba azoba yagiye guteramisha abakunzi b’umuziki ndundi n’abakunzi biwe ku bumwe nkuko amakuru dukesha uyo muririmvyi abivuga,
Po-G akavuga ati muri ico giteramo sinzoba ndi jenyene nzooba ndikumwe n’abaririmvyi bagenzi banje dusanzwe dusangiye uno mwuga,Pop-G akavuga ko azoba arikumwe na Stikk,Fabelove n’abandi benshi

Mu kurangiza Pop-G akaba yarasavye abakunzi b’umuziki ndundi ko bosidukana niyo nka kugira ngo birabire ico giteramo cagakura