Raba indirimbo nshasha ya The Ben yitwa ”Habibi”

0

Umuririmvyi w’umunyarwanda The Ben abandanya yerekana ko ari umuririmvyi akomeye,akaba yasohoye indirimbo yitwa Habibi
The Ben
Yirabe hano:
https://www.youtube.com/watch?v=xuFUGVE1-G0