UBM News ads UBM News ads
Sunday, April 21, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Perezida Varisto Ndayishimiye arakomeza ingendo mu bindi bihugu.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Inyuma  y-ibihugu nka =Tanzaniya, Guinee Equatoriale, Gabon,Misiri hamwe na Centrafrika, Perezida yakoze urugendo rugira gatandatu ruzomushikana mu gihugu ca Congo Brazaville.esdras ndikumana on Twitter: "#Burundi: le président burundais  ⁦@GeneralNeva⁩ et son épouse, à leur arrivée a Malabo lundi pour une visite  officielle de 5 jours en Guinée équatoriale ... Tous portent le

Nkuko biri mw-itangazo ryashizwe ahabona n-ibiro bijejwe kumenyesha amakuru mu biro vy-umukuru w-igihugu , Perezida Ndayishimiye yitabiriye ibirori vyo kwimika Perezida wa Congo Brazaville Denis Sassou Nguesso aherutse kutahukana intsinzi mu matora yaheruka kuba mw-ico gihugu.

           

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments