PERAPS yoba asigaye ari umu DJ muri 5/5?

0

Umuririmvyi w’umurundi yigeze kumenyekana ari mu mugwi Black is Black,umugwi wari uhurikiyemwo abaririmvyi rurangiranwa nk’umuhisi Soso-k,umuririmvyi Peraps yoba asigaye ari umu Dj muri 5/5mu bwiza.
peraps
Nkuko yashoboye kubicisha ku rubuga rwiwe ngurukanabumenyi rwa facebook,Peraps akaba yashizeko isanamu aho atumirira abantu kuza ku bwinshi muri 5/5 aho aza kubashusha ari nkumu Dj.
peraps 2
Twobamenyesha ko peraps asanzwe avukana n’umuhisi Soso-k