Abamenyeshamakuru barasaba iyugururwa ryama radio yaturiwe.

0

Abamenyeshamakuru bo mu burundi barasaba iyugururwa ryama Radio amwe amwe yaturiwe nyuma y’amezi 4 arumanye ayo ma Radio atariko arasamirana.

amaradio

Abo bamenyeshamakuru akaba asaba ko ayo ma Radio yo kugururwa vuba hama ayo matohoza Reta ikazoyagira ayo ma Radio ariko arakora kuko ngo gushika ino saha ayo matohoza ntaco aravamwo.

Twobamenyeshako ku munsi w’ejo igenekerezo rya 14/9/2015 ayo ma radio yakwije amezi 4 atariko arasamirana.