Ubu nta gushidakanya, PAUL Kagame ni we mu perezida wankwa kwisi yose. Igihuha caramutse gikwira mu ntara ya Kivu ko Kagame yoba yapfuye catumye mu muji hose, uhereye BUKAVU, BENI, BUTEMBO, KIWANJA, KIBUMBA, KISANGANI, RUTSHURU… abanyagihugu bakora umunsi mukuru ndetse baja no kwishimira mu mabarabara.
Abatuye ku Gisenyi bavuga ko abumvise urusaku rudakabije rw’amasasu, amaduka ngo yatangiye gufunga, ariko i Kigali ho ubuzima burakomeje bisanzwe. Abanyarwanda benshi, kubera kumva ibibera i Goma bari kugira ubwoba cane bagakeka ko leta yoba yabahishe ukuri. Ubu ku mbuga mpuzambaga, abantu barandikira abandi babaza nimba bamenye inkuru nziza, réseaux za telefoni zatanguye kunanirwa, kubera abahamagara babaye benshi cane. Igitangaje ariko nuko iyo uhamagaye mu Rwanda nta muntu utinyuka kugira ico yabivugaho, kubera ubwoba bwuko inzego z’iperereza ziba zumviriza amatelefoni yose.
Ivyo ari vyo vyose twashoboye kumenya ko kuva mu gitondo Etat Major y’ingabo iri mu nama, tutaramenya ico igamije. I Goma ho vyashushe cane, ubu abanyarwanda bari i Goma bari kwihutira kwambuka umupaka bagasubira mu Rwanda. vyose vyahereye ku butumwa bwanyuze kuri Twitter bwavuga ngo « Paul Kagame vient de nous quitter. RIP ». Ubu butumwa bwanyuze kuri site ya microblogging muw’joro ryo ku ya 9 rishyira iya 10 mutarama 2014. Isaha imwe nyuma hatangajwe indi Tweet yavugaga ngo « Décès de Paul Kagame, les proches du chef d’État confirment ». Nuko kaba karabaye!!!
Murabe mu mafoto uko vyifashe i Goma:
ese wewe bino bintu ubivugakwiki ? Kagame ntaco umuvugako ???/
Recent Comments