Umuririnvyi wicamamare ( Umu Star ) w’umurundi aba hano muri Leta Zunze ubumwe za America ” Mt Number One ” yavuze ko iyo ikintu ukora cose ugifashe nk’akazi ngo kiba nkakazi nyene, naho ngo ngw’iyo ugifashe nko kuyayata usanga gisuzugurwa n’abantu bose.
Murino Video yavuzemwo amajambo menshi afite akamaro kandi umuririnvyi wese aba hano muri Leta Zunze ubumwe za America yarakwiye kwiha agaciro nkuko Mt Number One yabivuze.
[KGVID poster=”http://ubmnews.com/storage/2014/01/Number-One-.jpg” width=”595″ height=”335″]http://ubmnews.com/Amavideo%20Yose%20ya%20UBMNews/Number%20One.mp4[/KGVID]
Recent Comments