Pascal Nshimirimana batazira Risuba yapfuye hasigaye iminsi mike ngo asohore idirimbo yitwa kumbura urime mwana ntuzomporana

0

Pascal Nshimirimana batazira risuba yapfuye hasigaye iminsi mike ngo aje muri studio gukora indirimbo yitwa Kumbura urime mwana ntuzomporana nkuko yabimenyesheje ikinyamakuru cacu ubmnews mu kiganiro yaduhaye imbere yuko yaje kw’itaba Imana
RISUBA
Pascal Nshimirimana akaba yarasanzwe aririmba mu mugwi ndangakaranga toupe amagaba
pascal
tworangiza tubamenyesha ko Pascal Nshimirimana yagandanguwe naba polisi kw’igenekerezo rya 3/1/2016