Kent-P:uyu mwaka nzokora cane

0

Umuhinyanyuzi w’umurundi asanzwe akora amasanamu(video)ariwe kent-p ngo uyu mwaka azokora cane amasanamu nkuko yashoboye kubimenyesha ikinyamakuru cacu ubmnews mu kiganiro yaraye aduhaye
kent-p
Kent-p ati:umwaka wa 2015 urangiye sinashoboye gukora acne ariko uyu mwaka wa 2016 ngiye gukora birengeje,nkazokora ama video ari ku rwego rwo hejuru cane
kentura
Tworangiza tubamenyesha ko kent-p muri kino gihe ariko akora amasanamu y’indirimbo Afrika ya Ashley Diva