Aubameyang yaraye atowe nk’umukinyi mwiza muri Afrika uyu mwaka turangije wa 2015

0

Pierre-Emerick Aubameyang yaraye atowe nk’umukinyi mwiza w’umwaka wa 2015 muri Afrika,akurikirwa na Yaya toure hamwe na Andre ayew
enerick aubameyang
Pierre-Emerick Aubameyang akaba abaye umunya gabon wa mbere ashoboye gutwara uwo mupira w’izahabu

Sonntag 27.09.2015, 1. Bundesliga, Saison 2015/2016, 7. Spieltag in Dortmund, BV Borussia Dortmund - SV Darmstadt 98, Pierre-Emerick Aubameyang (BVB) jubelt nach seinem treffer zum 2:1 DeFodi001
Sonntag 27.09.2015, 1. Bundesliga, Saison 2015/2016, 7. Spieltag in Dortmund, BV Borussia Dortmund – SV Darmstadt 98, Pierre-Emerick Aubameyang (BVB) jubelt nach seinem treffer zum 2:1 DeFodi001

Pierre-Emerick Aubameyang akaba ari umukinyi asanzwe akinira igihugu ca Gabon