UBM News ads

PARCEM ibona ko hakwiye gushirwaho icibutso rusangi mu gihugu ku mabi yabaye mu Burundi.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Ishirahamwe PARCEM rijejwe guhamagarira abarundi guhindura ingendo kugira bashike kw-iterambere rirama, ribonako abarundi bahitanywe n-indyane zagiye ziraba mu Burundi bari bakwiye kwibukwa kumwe  ndetse hagashirwaho icibutso rusangi mu gihugu mu kwibuka ayo mabi yose yagiye araba.corruption – Page 9 – IWACU

Mu kiganiro yahaye abanditsi n-abamenyeshamakuru kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 4 Nzero 2022, Faustin NDIKUMANA arongoye PARCEM asigura ko habaye  kwibuka abapfuye bamwe bamwe ukwabo na Leta ubwayo bitoyorohera gufata ku rugero rumwe imanza zo kwibuka ababo z-iyo mirwi yose.

Uwo arongoye iryo shirahamwe ridaharanira inyungu za politike agasigura ko ivyo vyoza bifasha kunywanisha abarundi maze abari baragiriraniye nabi bagasubiza hamwe bibaye ngombwa bagasabana ikigongwe.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments