UBM News ads
Monday, December 4, 2023
No menu items!
UBM News ads

Ubukene bw-igitoro bwasubiye kwibonekeza mu gisagara ca Bujumbura.

Ubukene bw-igitoro co mu bwoko bwa «essence» buribonekeza mu ma sitasiyo atandukanye yo mu gisagara ca Bujumbura. Bamwe mu basanzwe bunguruza abantu bavuga ko aho ico gitoro kimaze imisi ine carabuze aho naho  kibonetse bagasabwa igiturire kugira bashobore kukironka.La pénurie de carburant persiste depuis plus d'un mois, le gouvernement  continue de clamer que la situation est maitrisée | Agence BUJUMBURA News

«igitoro cabuze ku ma sitasiyo, ubu rero habuze igitoro ca essence , naho kibonetse tubanza gutonda imirongo miremire. Nkubu ahantu bariko hatangwa essence ni ngaha kwa katikati hagati mu gisagara ca bujumbura, nahone imiduga ni myishi cane ntiworaba» Niko umwe mu badereva bunguruza abantu mu gisagara ca Bujumbura avuga.

Abo basanzwe bunguruza abantu bamenyesha kandi ko aho bishitse hakaboneka ico gitoro ca essence, abayironka bakwa igiturire n-abapolisi kugira baronke ingene banywesha.

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments