UBM News ads UBM News ads
Thursday, June 20, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Papa Francisiko avuga ko abiyamirije ingingo yiwe bose ko ari abiyorobetsi

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Umwungere wa Ekreziya katolika Papa Francisiko yaneguye bikomeye abiyamirije ingingo yiwe bose yo guhezagira abakundana bahuje ibitsina .yavuze ko abavyiyamirije bose ari abiyorobetsi.

Mukiganiro Papa Francisiko yakoranye n’ikinyamakuru credere cegukira Ekreziya katolika mu butariyano yagize ati:«Nta numwe yigera ababara iyo mpezagiye Umugwizatunga acinyiza ikiremwa muntu kandi iki kikaba icaha kibi cane ariko bakababara mpezagiye abakundana basangiye ibitsina».

Ivyo bishitse mu gihe Papa francisco yaheruka gutangaza ko abasenyeri bo muri Afrika bofatwa ukwabo guhezagira abaryamana basangiye ibitsina.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments