ONU igiye gufatira ibihano bikomeye Sudani yepfo.

0

Akanama ka ONU gashinzwe umutekano kwisi karavuga ko kiteguye gufatira ibihano bikomeye Sudani yepfo.

sal

ONU ishaka kurungika muri Sudani yepfo abandi basirikare ibihumbi bine bo kurinda abanyagihugu b’abasivile no kurinda umutekano w’umurwa mukuru Juba nyuma y’imirwano iherutse hagati y’abayoboke ba Perezida Salva Kiir n’umwungirije Riek Machar.

Perezida Salva Kiir yavuze ko atazokwemera ko ONU yigarurira igihugu ciwe kandi ko atazokongera gukorana n’uyu muryango.