Friday, August 19, 2022
HomeNewsAshley Diva mu myiteguro yo kugaruka mu gihugu ciwe c'amavukiro

Ashley Diva mu myiteguro yo kugaruka mu gihugu ciwe c’amavukiro

Nyuma y’amezi atari make atari hano mu gihugu ciwe c’uburundi,umuririmvyi w’umurundikazi Ashley Diva agiye kugaruka mu gihugu ciwe c’amavukiro nkuko amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews dukesha uyo muririmvyi w’umurundikazi
ashley
Nkuko amakuru dufise abivuga avuga ko mu mera za kuno kwezi kw’umunani ariho Ashley Diva azoshobora kudushwaramwo mu gihugu c’uburundi aho azoba aje akumbuye cane igihugu ciwe c’amavukiro,akumbuye kandi abakunzi biwe na cane cane abakunzi b’umuziki ndundi muri rusangi
Ashley Diva akaba ari umuririmvyikazi yamenyekanye cane ku ndirimbo Nkorako
Yirabe hano:
https://www.youtube.com/watch?v=YDV_2WQFnH4

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments