UBM News ads UBM News ads
Sunday, July 14, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

OLUCOME ibona ko Perezida Ndayishimiye akora ingendo nyishi hanze y’igihugu kandi zitwara uburyo bwinshi.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Ishirahamwe OLUCOME ryishinze kurwanya abarya ibiturire n’abasesagura amatungo y’igihugu ribona ko umukuru w’igihugu Varisito Ndayishimiye akora ingendo nyinshi hanze y’igihugu akora ingendo nyishi hanze y’igihugu kandi zitwara uburyo bwinshi.

Mu kiganiro yagiranye n’abagenzi bacu ba radiyo BONESHA FM , Gabriel Rufyiri arongoye OLUCOME asaba ko abafasha Perezida Ndayishimiye bokora ivyirwa vyimbitse vyukuraba ko izo ngendo hari akarusho zizanira igihugu hamwe n’uko ingendo zose umukuru w’igihugu ariwe ategerezwa kuzijamwo.

Naho Rufyiri avuga uko, Abona ko izo ngendo zikenewe iki gihe kuko uburundi bukeneye amakungu inyuma yaho mu mwaka wa 2015 bwasa n’ubwari bwahariwe ivomo.

Tubamenyeshe ko mu ngendo yahoramwo mu bihugu vya Cuba na Leta zunze ubumwe za Amerika, Umukuru w’igihugu Varisito Ndayishimiye yamenyesheje kuri uyu w’Imana ko ingendo amaze imisi afata hanze y’igihugu zifasha mw’iterambere ry’igihugu kuko ngo zihindura ishusho y’igihugu na nyarirya ngo hari abantu baciyumvira ko uburundi ari igihugu kitifashe mu vy’ubutunzi.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments