Oliva Nay urukundo rwamutwaye

0

Umuririmvyi w’umurundi Oliva Nay urukundo rwamutwaye muri ino minsi nkuko abakunzi b’umuziki babandanya babivuga muri kino gihe,uyo muririmvyi akaba agiye gukora indirimbo y’urukundo nkuko uyo muririmvyi yabishikirije ikinyamakuru canyu ubmnews.
olivier nay
Oliva Nay ati:Ngiye gusohora indirimbo nshasha y’urukundo,indirimbo nzoririmbira umwigeme.
oliver nay
Tworangiza tubamenyeasha ko Oliva Nay ari umuririmvyi yamenyekanye cane kubera indirimbo yitwa Kwa Data na Mwana