UBM News ads

Abateye iBujumbura bamaze kuvyemanga kumugaragaro” umviriza hano amajwi y’umuvugizi wabo

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Abateye iBujumbura kumakambi 2 y’igisirikare bamaze kwemanga ico gitero.

abateye

Mugihe  kumusi wagatanu igenekerezo rya 11 kigarama 2015  mumasaha y’ijoro habaye igitero mugisagara ca Bujumbura ,bikaza kuvugwa ko ari akarwi kabantu bateye bataramenyekanye ,kugeza ubu hoba hamaze kuboneka uwemera kwariwe ari umuvugizi wabo bateye iBujumbura.

Nkuko yavivuze abicishije mumajwi ,colonel David Nyenyeri nkuko yiyise yamenyesheje kwaribo bagavye ibitero vyabereye iBujumbura ndetse ko bivye ninkoho nyishe ndetse anavuga uko izo nkoho bivye zingana.

Umviriza ngaha hasi bwana Colonel Nyenyeri David avuga ko ariwe avugira umurwi wateye iBujumbura.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments