Iry Tina arababazwa nibiriko bibera mu Burundi

0

Umuririmvyi w’Umurundikazi asanzwe akorera akazi kiwe k’umuziki mu gihugu c’ubuganda arababazwa n’ibiriko bibera mu gihugu ciwe c’amavukiro,igihugu c’uburundi nkuko uyo muririmvyikazi yashoboye kubimenyesha abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook.
iry tina
Iry Tina ati:Amarira,intuntu,n’intimba birandenze.Ehe incuti ababanyi n’abagenzi baraduhezeko ..Tabara Kibirengeye Igihugu cawe cuzuye amaraso..
Oooh!Papa God remember our country, don’t hide us your face oh Lord.
Plz my friends,fans..pray for my country#Burundi.
Ayo akaba ariyo majambo yashoboye gushikiriza Iry Tina.