Olga Lorie na R-flow basabira Rdc gutwara igikombe ca Chan

0

Abaririmvyi b’abiri b’abarundi aribo R-flow na Olga Lorie Ntaganzwa basabira umugwi nserukira gihugu wa Congo gutwara igikombe ca Chan kiriko kibera mu gihugu c’urwanda,aho uyo mugwi ufise urukino rwanyuma uno munsi,aho baza gutana mu mitwe n’umugwi wa Mali.
r flow na olga

Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook,Olga akaba yanditse avuga ati:Go leopards we will win
🙏🙏🙏🙏kanga photo 📷ekotite ekotit
Mu rurimi rw’ikirundi akaba yashatse kuvuga ati:Turi nyuma yanyu Leopards,uno munsi dutegerezwa gutahukana igikombe

Tworangiza tubamenyesha ko urwo rukino ruzaguhuza Congo na Mali ruzakubera kuri Stade amahoro mu gihugu c’urwanda