Emery Sun yoba ari mu rukundo na Michou Miracle?

0

Mu muziki w’uburundi hadutse i foto iriko ivugwako vyinshi cane n’abakunzi b’umuziki w’uburundi, aho iyo photo ari iyu muririmvyi w’umurundi Nivyindavyi Emery azwi kw’izina rya Emery Sun hamwe n’umumenyeshamakuru asanzwe akorera imwe muma radio ya hano i Burundi,Radio10 ariwe Michou Miracle.
emery sun na michou
Kuri iyo photo Emery Sun akaba yarafashe uyo mwigeme nk’abantu basanzwe barikumwe mu rukundo,
Nyuma rero yo kubona iyo photo twaragerageje kumurondera Emery Sun kugira aduhe umuco atubwire koko nimba boba barikumwe mu rukundo ariko tukaba twaramukenye.

Tworangiza tubamenyesha ko Ikinyamakuru cacu kigiye gukora ibishoboka vyose turondere uwo muririmvyi kugira aduhe umuco kuriyo foto.