Ndisubiyeko niyo ndirimbo nshasha Bizos agiye gushira ahabona

0

Bizos n’umwe mu baririmvyi b’abarundi basanzwe bakundwa cane hano mu gihugu cacu,akaba asanzwe aririmba mu mudiho wa kiyago style agiye gushira ahabona indirimbo yiwe nshasha,indirimbo yitwa ndisubiyeko nkuko yashoboye kubishikiriza ikinyamakuru cacu ubmnews.
bizos
Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews,Bizos akaba yamenyesheje ko agiye gushira ahabona indirimbo nshasha yitwa Ndisubiyeko,Bizos akavuga ko azoba ari indirimbo iryoshe cane kandi ko agiye kuyishira ahabona muri ino ndwi nyene

Tworangiza tubamenyesha ko iyo ndirimbo yayikoranye n’umwigeme azwi kw’izina rya Ester