Nyuma yo gufatwa akarekugwa,Preeze36 yasohoye indirimbo yitwa Sibo

0

Sibo niyo ndirimbo nshasha umuririmvyi w’umurundi dj prince yashize ahabona,iyo ndirimbo ikaba ije kuvuga ivyamushikiye aho aheruka gufatwa n’igiporisi,agakubitwa hama akaza kurekugwa mu nyuma.
preeze36
dj prince agashimira abamubahe hafi bose mu gihe yarahejeje gufatwa n’igiporisi c’uburundi