Amasanamu y’indirimbo Afrika ya ashley diva agiye kuja ahabona nkuko uyo muririmvyikazi yabishikirije ikinyamakuru Ubmnews

Ashley Diva akavugako bamaze gutangura kuyakora hasigaye gusa ko abakunzi b’umuziki ndundi bayabona,kandi akabizeza ko ari amasanamu asukuye batazogaya

Tworangiza tubamenyesha ko ayo masanamu ariko akorwa n’umuhinyanyuzi akomeye cane ariwe kent p





Recent Comments