Nyuma y’iminsi mike Sat-b ataboneka kuri Whatsap ubu yasubiye kuboneka

0

Nyuma y’iminsi mike umuririmvyi w’umurundi Bizimana Aboubackar Karoum abenshi bazi kw’izina rya Sat-b ataboneka ku rubuga ngurukanabumenyi rwa Whatsap,ubu uyo muririmvyi w’umurundi Sat-b yasubiye kuboneka kurugo rubuga.
sat b yifuriza umwaka mwiza
Sat-b akaba yahisemwo no gutanga i numero ziwe za whatsap kugira abakunzi biwe bamwifurize umwaka mwiza muhire.
Numero za Sat-B akoresha kuri whatsap akaba ari:+250787091669